Player FM - Internet Radio Done Right
32 subscribers
Checked 6M ago
Ditambah six tahun yang lalu
SBS Audio द्वारा प्रदान की गई सामग्री. एपिसोड, ग्राफिक्स और पॉडकास्ट विवरण सहित सभी पॉडकास्ट सामग्री SBS Audio या उनके पॉडकास्ट प्लेटफ़ॉर्म पार्टनर द्वारा सीधे अपलोड और प्रदान की जाती है। यदि आपको लगता है कि कोई आपकी अनुमति के बिना आपके कॉपीराइट किए गए कार्य का उपयोग कर रहा है, तो आप यहां बताई गई प्रक्रिया का पालन कर सकते हैं https://hi.player.fm/legal।
Player FM - पॉडकास्ट ऐप
Player FM ऐप के साथ ऑफ़लाइन जाएं!
Player FM ऐप के साथ ऑफ़लाइन जाएं!
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi
सभी (नहीं) चलाए गए चिह्नित करें ...
Manage series 2506345
SBS Audio द्वारा प्रदान की गई सामग्री. एपिसोड, ग्राफिक्स और पॉडकास्ट विवरण सहित सभी पॉडकास्ट सामग्री SBS Audio या उनके पॉडकास्ट प्लेटफ़ॉर्म पार्टनर द्वारा सीधे अपलोड और प्रदान की जाती है। यदि आपको लगता है कि कोई आपकी अनुमति के बिना आपके कॉपीराइट किए गए कार्य का उपयोग कर रहा है, तो आप यहां बताई गई प्रक्रिया का पालन कर सकते हैं https://hi.player.fm/legal।
Independent news and stories from SBS Audio, connecting you to life in Australia and Kirundi-speaking Australians. - Amakuru yo kwizera hamwe n’inkuru ziguha akaryo ko kumenya ivy’ubuzima muri Australie co kimwe n’umuryango ndundi uba muri Australie.
…
continue reading
381 एपिसोडस
सभी (नहीं) चलाए गए चिह्नित करें ...
Manage series 2506345
SBS Audio द्वारा प्रदान की गई सामग्री. एपिसोड, ग्राफिक्स और पॉडकास्ट विवरण सहित सभी पॉडकास्ट सामग्री SBS Audio या उनके पॉडकास्ट प्लेटफ़ॉर्म पार्टनर द्वारा सीधे अपलोड और प्रदान की जाती है। यदि आपको लगता है कि कोई आपकी अनुमति के बिना आपके कॉपीराइट किए गए कार्य का उपयोग कर रहा है, तो आप यहां बताई गई प्रक्रिया का पालन कर सकते हैं https://hi.player.fm/legal।
Independent news and stories from SBS Audio, connecting you to life in Australia and Kirundi-speaking Australians. - Amakuru yo kwizera hamwe n’inkuru ziguha akaryo ko kumenya ivy’ubuzima muri Australie co kimwe n’umuryango ndundi uba muri Australie.
…
continue reading
381 एपिसोडस
Semua episod
×S
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

1 Woba utinya urushinge? Ubushakashatsi bushobora kurangiza ibipimo bikorwa harinze kuvomwa amaraso 12:28
12:28
बाद में चलाएं
बाद में चलाएं
सूचियाँ
पसंद
पसंद12:28
Patrick Rufangura ariko ararangiza ivyirwa vyiwe vya PhD kuri kaminuza imwe muri Sydney, yakoze ubushakashatsi bushobora guhindura amateka y'isi mw'isuzumwa ry'indwara harinze gufatwa amaraso. Ng'uku uko yabisiguye.
S
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

Iyo visa ihabwa impfumvyi izwi nka Orphan Relative visa (subclass 117) n'imwe muri visa abimukira bashaka kuba muri Australia bosaba. Ariko ikibazo ni, Ni nde yemerewe kuyisaba? Asabwa iki?
S
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

1 Uko utegura umusi niko wabwirizwa gutegura ijoro, wobigenza gute? 11:02
11:02
बाद में चलाएं
बाद में चलाएं
सूचियाँ
पसंद
पसंद11:02
Mu gihe ingingo zo kurwanya COVID-19 zakuweho, bamwe batekewe n'ubwoba bwo gusubira mu buzima busanzwe. Menya bimwe ukwiye kwirinda kugira ngo udahava usanga wuzuranye ifaranga, ukabura abawe.
S
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

1 A.T.M JEFF yahishuye ibanga ryamufashije igihe yagira isanganya ryahatswe kuzimanganya ubuzima bwiwe 9:58
9:58
बाद में चलाएं
बाद में चलाएं
सूचियाँ
पसंद
पसंद9:58
Inyuma y'umwana urenga umuririmvyi A.T.M JEFF adakora cane, uwo muririmvyi arahishura ingene umuziki wamufashije mu gihe yari yataye ivyizigiro vyo kuririmba inyuma y'isanganya ryahatswe kuzimanganya ubuzima bwiwe.
S
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

1 Igisata c'ubuvuzi cigenga kirageramiwe muri Australia 5:33
5:33
बाद में चलाएं
बाद में चलाएं
सूचियाँ
पसंद
पसंद5:33
Abakiri bato mubanye Australia babandanya bisokora murico gisata ku rugero ruteye amakenga. Ivyo bikaba vyatumye ababijejwe eka n'amashirahamwe yandi guhamagarira reta ngo ikore ibishoboka ico gisata gihurumbirwe.
S
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

1 Amategeko y'ibarabara atazwi kandi umuntu wese muri Australia akwiye kumenya 11:24
11:24
बाद में चलाएं
बाद में चलाएं
सूचियाँ
पसंद
पसंद11:24
Wari uzi yuko wotozwa ihadabu muri Tasmania kubera gukoresha GPS kuri terefone yawe uri mu ngendeshwa. Turabashikiriza amategeko y'ibarabara atazi ariko yogufasha kwirinda kwica amategeko mu ma barabara yo muri Australia.
S
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

1 Woba uzi ingaruka amabere bateragira mu bakenyezi atera? Ng'ibi ivyo Australia igiye gukora 5:44
5:44
बाद में चलाएं
बाद में चलाएं
सूचियाँ
पसंद
पसंद5:44
Muri Australia havugwa yuko hashobora guhagarikwa ubwoko bugera umunani bw'amabere batera mu bakenyezi, kuko ayo mabere ashobora kuba intandaro y'indwara ya cancer ifatira mu maraso, ariko gushika ubu ivyo bikaba bikiriko biratohozwa.. Ikigo Therapeutic Goods Administration (TGA) cavuze yuko kibaye gihagaritse igurishwa ryayo mabere mu kiringo c'amezi atandatu.…
S
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

1 Umuvyeyi yokora iki umwana wiwe anyuzuye canke bamunyuzuye 10:59
10:59
बाद में चलाएं
बाद में चलाएं
सूचियाँ
पसंद
पसंद10:59
Umwana umwe kuri bane mu baba muri Australia baranyuzurwa ku mashuri aho biga. Nk'umuvyeyi birashobora ku kugora mu kumenya ico wofata mu gihe umwana wawe anyuzuwe canke mu gihe anyuzura abandi. Uko biri kwose ni vyiza kugenda kurondera ubufasha kubahinga bakakugira inama.
S
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

1 Ng'ibi ivyo kominote zitegekanya gukora inyuma ya guma mu rugo 12:18
12:18
बाद में चलाएं
बाद में चलाएं
सूचियाँ
पसंद
पसंद12:18
Inyuma y'amezi arenga ane, kominote zo muri NSW na Victoria zashize imbere izo zizobanza gukora ubwa mbere zihuye inyuma y'amezi atari make kubera ingingo zo kurwanya ikiza. Menya bimwe muvyo bashize imbere kurusha ibindi.
S
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

1 "Impungenge nari mfise k'umuryango ny'Afrika muri Australia ziriko ziragabanuka", Dr. Emmanuel Ndayisaba 11:17
11:17
बाद में चलाएं
बाद में चलाएं
सूचियाँ
पसंद
पसंद11:17
Ingaruka mbi ikiza COVID-19 gisiga mu mubiri w'umuntu zirutwa n'ivyiza uruncanco rumuha. Benshi muba ny'Afrika batanguye kurinduka mu kwikingiza, aho mu misi iheze ngo wasanga no kubiyaga hagati yabo atari ku bwinshi. Kurikirana Muganga Ndayisaba uko yasiguye.
S
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

1 Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima 11:13
11:13
बाद में चलाएं
बाद में चलाएं
सूचियाँ
पसंद
पसंद11:13
Woba uzi amagara y'umutima wawe? Ni vyiza ko umenya inyishu yavyo kuko indwara y'umutima ihitana benshi muri Australia. Ivyigwa vyo mu 2017 vyerekana yuko umwe mubanye Australia batatu ntibazi ibimenyetso vyibanze.
S
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

1 Menya ivyo bagiye gukora inyuma y'imyaka ibiri badasohoka 11:18
11:18
बाद में चलाएं
बाद में चलाएं
सूचियाँ
पसंद
पसंद11:18
Inyuma y'imisi irenga ijana- imiryango yaratandukanijwe n'ababo, abikorera utwabo barugara, abarenga 350 barapfa, ariko ibintu vyasubiye mu buryo kuri bamwe, none bamwe n'abandi bafise ivyihuta kurusha ibindi bagiye gukora. Ng'ibi.
S
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

1 Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 13:21
13:21
बाद में चलाएं
बाद में चलाएं
सूचियाँ
पसंद
पसंद13:21
Abantu bafise indwara zo mu mutwe akenshi bisanga bagize ubumuga bwo k’umubiri. Zirengangijwe, indwara zo mu mutwe zirashobora guteza ibindi bibazo bikomeye cane. Ariko habonetse ubufasha ku gihe, umuntu arashobora gukira akaba mu zima kandi agakomera cane.
S
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

1 SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 7:47
7:47
बाद में चलाएं
बाद में चलाएं
सूचियाँ
पसंद
पसंद7:47
SBS yatanguje igikorwa gisubiramo serivsi z’indimi ikoreshwa mu gihe ico kinyamakuru citegurira guhimbaza imyaka 50. Ivyo vyigwa bizokoresha ivyavuye muri rusansuma kugira ngo bifashe itunganywa z’indimi zizokoreshwa mu myaka itanu iza.
S
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

1 Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 11:06
11:06
बाद में चलाएं
बाद में चलाएं
सूचियाँ
पसंद
पसंद11:06
Imbuga hwaniro (Social media) zahinduye ubuzima bwa benshi kuba bwiza, ariko kandi zihungabanya mbere zinamugaza benshi burundu. Ariko wari uzi yuko woshobora guhindura ikoreshwa ryazo bigahindura umwimbu w'ubuzima bwawe? Umviriza uko vyogenda.
प्लेयर एफएम में आपका स्वागत है!
प्लेयर एफएम वेब को स्कैन कर रहा है उच्च गुणवत्ता वाले पॉडकास्ट आप के आनंद लेंने के लिए अभी। यह सबसे अच्छा पॉडकास्ट एप्प है और यह Android, iPhone और वेब पर काम करता है। उपकरणों में सदस्यता को सिंक करने के लिए साइनअप करें।