Ni gute wosaba ingurane inyuma yo gukora ubushakashatsi bwawe

10:30
 
साझा करें
 

Manage episode 289548033 series 2506345
SBS Radio द्वारा - Player FM और हमारे समुदाय द्वारा खोजे गए - कॉपीराइट प्रकाशक द्वारा स्वामित्व में है, Player FM द्वारा नहीं, और ऑडियो सीधे उनके सर्वर से स्ट्रीम किया जाता है। Player FM में अपडेट ट्रैक करने के लिए ‘सदस्यता लें’ बटन दबाएं, या फीड यूआरएल को अन्य डिजिटल ऑडियो फ़ाइल ऐप्स में पेस्ट करें।

Reta ya Australia iriko iriga ukuntu yo kworosha amategeko ajanye no gusaba ingurane
kugira ngo ivy’ubutunzi mu gihugu bishobore kwiyongera. Ngo ariko hazobanza kwisunga
ibisabwa kuwugurana kugira ngo barabe yuko yujuje ibisabwa, abahinga bakaba bagira
inama abantu yuko ubu ariho abantu bakiwye gushishoza muvyo gusaba ingurane kurusha
uko bavyigeze.

386 एपिसोडस